![]() |
Ishusho: Pixabay |
Ashavujwe no kubona ukuntu abana bo mw’ibarabara
babaye mu buzima bubi bimwe bitavugwa, Arthur Banshayeko aranebagura abavyeyi
bubahuka bakibaruka abana bo guta « mw’iyarara » izuba riva. Abana bo
kuribwa n’imibu n’ingwara zitandukanye. Ishavu ridasanzwe !